settings icon
share icon
Ikibazo

Mbega ugukina akamari ni icaha ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ugukina akamari ?

Inyishu


Abantu benshi barihenda ku karanga ka Mpwemu Yera. Bamwe babona Mpwemu Yera nk’ubushobozi kanaka budasobanutse. Abandi batahura Mpwemu Yera nk’ubushobozi kanaka butari umuntu Imana itanga ku bakurikira Kristo. None Bibiliya ivuga iki ku karanga ka Mpwemu Yera ? Muri make Bibiliya ivuga ko Mpwemu Yera ari Imana. Bibiliya irongera ikatubwira ko Mpwemu Yera afise ibiranga umuntu, nk’ubwenge, ibigumbagumba, n’ukugomba.

Kuba Mpwemu Yera ari Imana biraboneka mu mirongo myinshi yo muri Bibiliya, harimwo n’Ivyakozwe n’Intumwa 5:3-4. Muri uyo murongo, Petero yariko arabaza Ananiya icatumye ahenda Mpwemu Yera nuko amubwira ko “atari abantu yahenze ahubwo yahenze Imana.” Ivyo birerekana neza ko uguhenda Mpwemu Yera ari uguhenda Imana. Ikindi kitwereka ko Mpwemu Yera ari Imana ni uko afise ibiranga Imana. Nk’akarorero, muri Zaburi 139:7-8, turabona ko aba hose mu gihe kimwe, “Mbega Mpwemu wawe nomuhungira hehe ? Canke nohungira hehe mu nyonga hawe ? Noduga nkaja mw’ijuru, uriyo: Nokwisasira i kuzimu, eh’uriyo.” Mu 1 Ab’i Korinto 2:10-11 naho, turabonamwo ibiranga Mpwemu Yera nk’uwuzi ibintu vyose. “Arikw’Imana yabiduhishuriye muri Mpwemu wayo: Mpwemu asesa vyose, n’ibihishijwe vy’Imana. Ni nde mu bantu azi ibiri mu muntu, atar’impwemu yiwe, ari muri we ?”

Turashobora kandi kumenya ko Mpwemu Yera ari Imana kuko afise ubwenge, ibishobisho, n’ukugomba. Mpwemu Yera ariyumvira kandi arafise ubwenge bwo kumenya (1 Ab’i Korinto 2:10). Mpwemu arashobora gutuntuzwa (Abanyefeso 4:30). Mpwemu aradusengera (Abaroma 8:26-27). Arashobora gufata ingingo zihwanye n’ukugomba kwiwe (1 Ab’i Korinto 12:7-11). Mpwemu Yera ari we wa gatatu mu Butatu ni Imana. Nk’Imana, Mpwemu Yera arashobora kutubera Umuhoza n’Umujanama Yesu yari yarasezeranye ko azoza (Yohana 14:16, 26, 15:26).

English



Subira ku rupapuro rwa mbere rwa kirundi

Mbega ugukina akamari ni icaha ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ugukina akamari ?
Facebook icon Twitter icon Pinterest icon Email icon
© Copyright Got Questions Ministries