settings icon
share icon

Kaze mu rurimi rwa kirundi kavukire kuri www.GotQuestions.org!

Inyishu ku bibazo vya Bibliya

Mutubabarire,ntitwemera ko mutubaza ibibazo mu rurimi kavukire ubu.Nimwaba muzi icongereza mushobora kutubaza kuri - https://www.gotquestions.org/Bible-Questions.html.

Musi yaho musangaho impapuro zanditswe mu rurimi kavukire:



Inkuru nziza

Mbe urafise ubuzima budashira ?

Woba Warahariwe ? Mbega no bigenza gute kugira ibicumuro vyanje vyose biharirwe n’Imana ?

Mbega bisigura iki kwakira Yesu Kristo nk’umukiza wawe ?

Mwango soki te nzela ya lobiko ezali nini ?

N’iki Umugambi w’agakiza/ Inzira ijana kugakiza ?

Kuba Umukristo yavutse ubwa kabiri bisobanura iki ? Ni gute novuka ubwa kabiri ?

Ingingo zine z’ivy’impwemu ni izihe ?

Ni gute nokwitatura n’Imana ?

Mbega Yesu ni we nzira yonyene idushikana mw’ijuru ?

Ni gute nomenya ntakekeranya ko nzoja mw’ijuru ni napfa ?

Mbega hoba hariho ubundi buzima inyuma y’ugupfa ?

Idini ryiza kuri jewe ni irihe ?

Mbega inzira y’Abaroma ishikana ku gakiza n’iyihe ?

Isengesho ryo kwakira Yesu ni iki ?

Mpejeje Kwakira Yesu nk’Umwami n’Umukiza’cangira iki ?



Ibibazo nyamukuru

Mbega Imana irabaho ? Hoba hari icemezo ko Iriho ?

Mbe Yesu n’inde ?

Mbe Yesu n’Imana ? Yoba yarigeze avyemeza narimwe ?

Ni ibihe bintu biranga Imana ? Imana isa gute ?

Mbega vy’ukuri Bibiliya ni Ijambo ry’Imana ?

Ubukristo ni iki kandi Abakristo bizera iki ?

Mbega Abakristo bakwiye gukurikiza ivyagezwe vyo mw’Isezerano rya Kera ?

Mbega ukuba Imana kwa Kristo gushingiye kuri Bibiliya ?

Mbega agakizwa kazanwa n’ukwizera kwonyene gusa, canke ni ukwizera kwongerwako ibikorwa ?

Mpwemu Yera ni nde ?

Ni gute nomenya ubugombe bw’Imana ku bugingo bwanje ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kumenya ubugombe bw’Imana ?

Mbega ukubaho gufise iyihe nsobanuro ?

Ni gute notsinda icaha mu kubaho kwanje nk’Umukristo ?

Ni kuki ntakwiye kwiyahura ?



FAQ

Ni igiki kiba inyuma y’urupfu ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ukunywa inzoga/umuvinyu ? Mbega iyo Umukristo anyoye inzoga/umuvinyu ni icaha ?

Muka Kayini yari nde ? Mbega umugore wa Kayini yari mushiki we ?

Umubatizo rukristo ufise akahe kamaro ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ugutanga ikigiracumi ku Bakriso ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ibikoko vyitwa dinosaures ? Mbega muri Bibiliya haravugwamwo ibikoko vyitwa dinosaures ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ukwahukana n’ukurongora/ukurongorwa ubwa kabiri ?

Mbega inyigisho y’agakiza k’ibihe bidashira ishingiye kuri Bibiliya ?

Mbega ugukina akamari ni icaha ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ugukina akamari ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye abagabo barongora abandi bagabo ? Mbega ni icaha ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku bantu bubakana badahuje urukoba canke ubwoko ?

Mbega Yesu yari hehe mu misi itatu yaciyemwo hagati y’ugupfa n’ukuzuka kwiwe ?

Ukwikinisha ibihimba vy’irondoka – Mbega ni icaha dukurikije ico Bibiliya ?

None umuntu amaze gukizwa azoguma akijijwe gushika kw’iherezo ?

Mbega ibikoko abantu batunga mu mazu co kimwe n’ibindi bikoko bizoja mw’ijuru ? Mbega ivyo bikoko birafise impwemu ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye uguhuza ibitsina kw’abatarubaka urwabo ?

Ingabire yo kuvuga mu ndimi zitamenyekana ni iki ?

Mbega Ubukristo buvuga iki ku bijanye n’ukwiyahura ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyo kwiyahura ?

Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyo kwishushanya ku mubiri/canke gutobora umubiri ?

Mbega Bibiliya yigisha iki ku vyerekeye ubutatu ?

Abapasitori/canke abavugabutumwa b’abakenyezi ? Mbega Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye abakenyzi mu bikorwa vy’Imana ?

Inyishu ku bibazo vya Bibliya
Facebook icon Twitter icon Pinterest icon Email icon
© Copyright Got Questions Ministries